MENU

Fun & Interesting

Ubutare bwa #cassitérite na #coltan buri ku mutumba Murehe burashobora kuzanira Ubutunzi igihugu.

Mashariki TV 217,376 7 months ago
Video Not Working? Fix It Now

#Burundi: Harerekanwe ikinogo kirekire c'imetero 250 abazungu bahoze bimbamwo ubutare bugwiriyemwo ubwa #cassitérite na #coltan ku mutumba #Murehe uri muri komine #Busoni mu ntara ya #Kirundo abo bazungu bakaba basize bakizibije isima kugira ngo ntihagire abarundi bazobica n'ikanda banahashira ishamba rikingiwe rya Murehe.

Comment